Vala.bi

Vala.bi At Vala, we bring you the best in entertainment, news, sports, and more, all streaming live and on-demand.

Stay updated with our latest shows, exclusive content, and top picks, all in one place.

31/12/2025

✨ Happy New Year to all of you! Thank you for the love and support throughout 2025. May 2026 bring peace, success, and joy. Let’s keep growing together! 🥂

22/12/2025
❤️❤️❤️Love you All 😭
14/05/2025

❤️❤️❤️

Love you All 😭

🤍💙
28/11/2024

🤍💙

Bnjr à Tous🤍🤍🤍
09/11/2024

Bnjr à Tous🤍🤍🤍

🎤🔴   🇺🇲 : Amatora yaraye abaye K’umunsi w’ejo wa kabiri Itariki ya 5-11-2024 Y’uwugiye kurongora Leta zunze ubumwe Z’Ame...
06/11/2024

🎤🔴 🇺🇲 : Amatora yaraye abaye K’umunsi w’ejo wa kabiri Itariki ya 5-11-2024 Y’uwugiye kurongora Leta zunze ubumwe Z’Amerika ibintu bimeze uku :

Donald Trump yatsindiye mu ma Reta : Louisiana, Ohio, Mississippi, Iowa, Montana, Wyoming, South Dakota, North Dakota, Texas, Florida, West Virginia, Kentucky.

Kamala Harris yatsindiye muma Reta : Dalarewe, Colorado.

Ariko amatora arbandanya aho Donald Trump ahaye ahabwa amahirwe menshi 🇺🇲

🤍🤍🤍🤍
02/11/2024

🤍🤍🤍🤍

🔗🔵🟡 MBEGA BIBI 💔 Cristiano Ronaldo ahushije Penalty yari gufasha Al Nassr kuguma mugikombe c'umwami 😮❌Al-Nassr ukuwe mug...
29/10/2024

🔗🔵🟡 MBEGA BIBI 💔 Cristiano Ronaldo ahushije Penalty yari gufasha Al Nassr kuguma mugikombe c'umwami 😮❌

Al-Nassr ukuwe mugikombe c'umwami utsinzwe igitsindo 1-0 murukino rwa 1/8 gishira icanyuma

Cristiano ahushije Penalty yari gutuma banganya 1-1 kumunota wa 96' 🥶

🇸🇦 FT : AL NASSR 🟡 0-1 🔴 AL TAAWOUN

Pénalty yambere ahushije, ivuyemwo ukuva kwa Al Nassr mugikombe c'umwami. 💔🚫

✈️🛡️NDAYISHIMYE Youssouf agurwa 250.000.000.0000FBU , Imiliyalidi 250...Uyu Musore wumurundi asanzwe ari myugariro w'Umu...
27/10/2024

✈️🛡️NDAYISHIMYE Youssouf agurwa 250.000.000.0000FBU , Imiliyalidi 250...

Uyu Musore wumurundi asanzwe ari myugariro w'Umurwi Nserukira gihugu Intamba Murugamba🇧🇮 ariko mwiki gihe akaba akinira umurwi witwa OGC NICE wa hariya mugihugu c'Ubufaransa🇫🇷

Niwe :

•Mukinyi wa mbere w'umurundi azimvye cane.

•Afise agaciro k'imiriyoni 30 z'amayero💶(Ayarenga imiliyalidi 250.000.000.0000F🇧🇮)

•Ninawe mukinyi wa mbere mwiza kuruta abandi mu Ntamba Mu Rugamba muri iki gihe....
✅Ese Nyange nawe uramufana??
✅ Akajambo kamwe kuri NYANGE !?

🟣🔵 Classico Grand Match umusi w'urukino rurindiranwe igishika nuyu 🔥🔥✅21h:00 Réal Madrid Vs Barcelona Intambara idasanzw...
26/10/2024

🟣🔵 Classico Grand Match umusi w'urukino rurindiranwe igishika nuyu 🔥🔥

✅21h:00 Réal Madrid Vs Barcelona

Intambara idasanzwe muri Laliga Fc Barcelona iyoboye Iyindi mirwi muri Laliga irusha Réal Madrid amanota 3 Réal Madrid ifise akazi KO kurwana ibone amanota 3 binganye kuri Classement ya Laliga Barcelona nayo irondera kurwana nabo ibeneurire ibarushe 6

🔥🔥Real Madrid ifise rokora yokumara inkino 42 idatsindwa muri Laliga uno musi ifise Final itsinze Barcelona irazakuba inganije na Barcelona ibitse ino Rokoro yamaze inkino 43 idatsindwa

Barcelona niyo bizera cane KO ishobora guhagarika ino rokoro ya Réal Madrid

🔥🔥Real Madrid yatsinze Dortumund 5-2 kuwa kabiri

🔥🔥Barcelona yatabiye Bayern Muchen 4-1

🔥🔥Barcelona Meilleur buteur wayo bamwita Lewandowiski ageze mubitsindo 12 laliga

🔥🔥Meilleur buteur wa Réal Madrid Kylian Mbappe ibitsindo 6 muri Laliga

🔥🔥Meilleur Passeur wa Barcelona muri Laliga : Lamine Yamal na Raphinha Bose bamaze gutanga imipira ivamwo ibitsindo 6 kuyindi

🔥Real Madrid Meilleur passeur Vinicius Assist 4 muri Liga

🔥🔥 Barcelona niwo murwi uyoboye iburaya ufise Trio Magic Raphinha -Lewandowiki - Yamal bamaze kwizinza ibitsindo 25 niyo Trio iburaya iyoboye itinyitse

🔥🔥Real Madrid n'umurwi wa kabiri muri Laliga ufise Défense imaze kwizizwa ibitsindo bike 7 Kiretse Athletico Madrid imaze kwizizwa 6

Barcelona igira 7 mumirwi Défense yayo izibira neza yo imaze kwizizwa ibitsindo 10

🔥🔥Barcelona irikumwe na Technicien wu mudagi Hansi Flick

🔥🔥Real Madrid Technicien wumutaliyano Carlo Anceloti

♥♥Uyu Musi burambwira mugenzawe muri Commentaire ATI : uriteguye sinzekukubura muhamagare muri Commentaire isango ni 21h00

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Vala.bi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Vala.bi:

Share