Next Burundian Famous

Next Burundian Famous Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Next Burundian Famous, Airport, Kiriri, Bujumbura.

 🥰😍
03/04/2022

🥰😍

21/03/2022

🔴 NI GUTE UMURIRIMVYI SAT-B ARIKO YISANGA MU BIKORWA BIKOMAKOMEYE BITUNGANYWA MURI AFRIKA NO MUKARERE KA AFRIKA Y’UBUSERUKO ? IZI NIZO NZIRA ZIZOTUMA YUZUZA IBITERAMO VYA EUROPE NAHANDI KWISI.

📌 Akenshi tuvuze umuririmvyi azi kw’idandaza mu burundi benshi bokwishura ko ari Sat-B Iri ni izina ntiryigera ribura ico rivugwako cane cane mu Burundi.

📌 Ivyo rero tugeregeza kubifatanya n’ibikorwa tuza gusanga Sat-B ari imbere imyaka 10 ugereranije n’Abakorera umuziki mu gihugu c’uburundi uti gute ?

📌 Mu mwaka wa 2012 Sat-B niho yakora Collabo yambere na Washington ico gihe hasoka za reka mbega, Dawa yangu, n’izindi nyinshi aho benshi bari biyugaranye mu burundi.

📌 Tuze inyuma ya 2015 tuza gusanga Sat-B yaraakoranye n’abaririmvyi nka , Meddy, Otile Brown, Bahati .... Izo Collabo Benshi bavuga ko arizo zimugize nizo ziriko zimwagurira akarere.

📌 Munca make, Collabo Zitumye Kandi niyabandanya azikora, zizotuma Afrika yose imumenya. Icibonekaza ni uko iyo myaka yose abarundi benshi baguma bamurabira ku mboni y’ikirundi. Ni ukuvuga Ishari, inzigo n’ibindi...bibabuza kubona intambwe agezeko mukarere.

📌 Mukunzi Wa Lynda Lacosta Mbega nawe woba ushigikira yuko Sat-B agejejwe kuri izi ntambwe na Collabo yama akora ?

Romantic Sound EP by Sat-B Walai ibintu bigiye gukomera
29/10/2020

Romantic Sound EP by Sat-B
Walai ibintu bigiye gukomera

Rumonge   Sat-B 12/09/2020 🔥🔥🔥🔥
07/09/2020

Rumonge Sat-B 12/09/2020 🔥🔥🔥🔥

🚨   VIDÉO DE MUSIQUE DEMAIN 🚨Abonnez-vous à sa chaîne YouTube Bainturo pour que demain vous soyez les premiers à la rega...
30/07/2020

🚨 VIDÉO DE MUSIQUE DEMAIN 🚨
Abonnez-vous à sa chaîne YouTube Bainturo pour que demain vous soyez les premiers à la regarder.
https://youtu.be/JRVftUuaquo

Umuririmvyi aronderwa cane mu Burundi Sat-B azoteramisha abanye Ngozi kuri uyu wa gatandatu 18/07/2020 kuri Nobel
10/07/2020

Umuririmvyi aronderwa cane mu Burundi
Sat-B azoteramisha abanye Ngozi kuri uyu wa gatandatu 18/07/2020 kuri Nobel

What is problem with Sat-B ?He make a new   Challenge They use it everywhere in Burundi
19/06/2020

What is problem with Sat-B ?
He make a new Challenge
They use it everywhere in Burundi

Sat-B Combien Sur 10 ??
15/06/2020

Sat-B Combien Sur 10 ??

Turi muri bamwe bemera ko iyishaje ikwiriye kubagwa ! Mu muziki w’umuri   Intare Batinya Niwe Number 1
26/05/2020

Turi muri bamwe bemera ko iyishaje ikwiriye kubagwa ! Mu muziki w’umuri Intare Batinya Niwe Number 1

BHD Belle Nice Ingabire
11/05/2020

BHD Belle Nice Ingabire

Address

Kiriri
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Next Burundian Famous posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category